ICO News

Papa Francis yashitse muri Republika ya Demokrasi ya Congo – BBC


Papa atanga ubutumwa bwe muri DR Congo

Ahavuye isanamu, Presidence RDC

Mu rugendo arimwo muri Republika ya Demokrasi ya Congo, umwungere wa Ekleziya Gatolika, Papa Francis, yagirije ibihugu bikize gusahura Congo bimwe vy’ikirenga ntiyabasha kwungukira mu mutungo yifite.

Papa ari mu rugendo rwiwe rwa mbere muri Congo yagirije ivyo bihugu kwugara amaso bikirengagiza umubabaro w’ikirenga iki gihugu kirimwo.

Papa yagize ati: “Kura amaboko yanyu muri Congo, kura amaboko yanyu muri Afrika. Iki gihugu, ahanini casahuwe, ntigishoboye gukoresha umutungo waco mwinshi cane: dushitse mu gihe kitumvikana aho ivyamwa vy’ubutaka bwaco bugituma kiba “igihugu mvamahanga” ku banyagihugu baco.



READ SOURCE

This website uses cookies. By continuing to use this site, you accept our use of cookies.