ICO News

Menya Messalina, umwamikazi yihaye ibara muri Roma ya kera – BBC


Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y’isanamu,

Charlotte Wolter yakina ikibanza ca Messalina, 1875

Poritike y’Ubwami bw’Abaromani (Empire Romain) yari iy’urwenya rwamaze igihe kirekire kandi rwarangwa n’amayeri menshi no kwimbana mu mizi.

Ariko, muri ino poritike ya ruburakigongwe, n’ubwo impfu ziteye amakenga n’ukwimbana mu mizi vyari biri ku kwego rwo hejuru, izina ry’umwamikazi Valeria Messalina ni ryo rivugwa cane mu biterasoni vyiwe bitagira izina.

Uretse ko azwi mu manyanga yiwe yo kurondera kwigumiza ku butegetsi, hejuru ya vyose azwi ko yakunda igitsina birenze urugero.

Yaramenyekanye cane ku buryo amakuru yiwe yashizwe mu gitabo ca kahise, Natural History encyclopedia, igikorwa gikomeye cane c’umwanditsi azwi kw’izina rya Pline l’Ancien/Pliny the Elder (77 inyuma y’umuzo wa Yezu/Yesu), cerekana neza ingene kiremwamuntu ari co gikoko “kitigera gihaga” igitsina.



READ SOURCE

This website uses cookies. By continuing to use this site, you accept our use of cookies.