ICO News

Buganda Kabaka Mutebi II: Namibia yanse kwongera ikiringo ca visa y'umwami wo muri Uganda – BBC.com


Insiguro y’isanamu, Umwami Mutebi II ari muri Namibia kuva mu kwezi kwa Ndamukiza(4)

  • Umwanditsi, Basillioh Rukanga
  • Igikorwa, BBC News

Reta ya Namibia yanse kwongera ikiringo c’uruhusha rwo kwinjira muri ico gihugu (visa) rw’umwami wo muri Uganda ariko arivuriza muri ico gihugu kuva mu kwezi kwa kane.

Umwami Mutebi II wa Buganga ariko aravurwa indwara itamenyeshejwe iyo ariyo. Ibitaro ariko aravurirwamwo vyari vyasavye ko visa yiwe yongerezwa.

Ariko mu nyishu bwatanze, ubushikiranganji bujejwe imigenderanire n’amakungu bwavuze ko itegeko rya Namibia ry’abasohoka n’abinjira ritanga iminsi itarenga 90 ku banyamahanga ku mwaka, yo kuguma muri ico gihugu.

Ibi bishitse mu gihe bivugwa ko abategetsi berekanye ko batanezewe n’ingene habaye imyiyerekano y’abanya-Uganda ku buserukizi bwa Namibia.



READ SOURCE

This website uses cookies. By continuing to use this site, you accept our use of cookies.